Mukobwa IBI N'Ibimenyetso Bizokwereka Ko Umusore Mukundana Azi Urukundo Ico Arico

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Iluminé 2019-08-22 13:10:33 @niwewe.com 6069

Urukundo ni ikintu gikomeye mubuzima  ndetse abahinga bemeza ko ata rukundo ruhari isi yorindimuka ,urukundo ruratandukanye gusa hano twe turavuga uruba hagati y’abantu badahuje ibitsina bakiyumvanamwo .buri  musore aba afise uburyo atwaramwo uwo bakundana. Aha rero twabateguriye bimwe mu bintu 6 umusore azi gukunda akorera umukunzi we.

1.Kumenya gufata neza uwo akunda
Igitsina gore ni ubwoko bukunda kugira ibinezaneza,ibyiyumviro iki ni kimwe mu bintu umuhungu azi gukunda azirikana iteka,nimba ufise umukunzi mukundana ,imbere yo kuja mu buriri amukorera masaje yoroheje,akamuhobera amusezera ndetse anamwifuriza kugira ijoro rIhire, amuhoza mu gihe yababaye,akamwitaho,umuvugisha utuntu, tuntu tworoheje tudafite ico dusobanuye kuri we ariko ku mukobwa we tuba dusobanura byinshi cyane,muri macye igitsina gore kirangwa n’ibinezaneza gusa Gurtyo wewe icoo aba ashaka n’ukwitabwaho.

2.Aha umukunzi we impano
Umusore wese azi gukunda ico arico aba yiteguye guha umukunzi we impano atarindiriye ko hari ikindi kintu akoresha kidasnzwe,ariko usanga ab’iki gihe baha abakunzi babo impano ari uko hari nk’umunsi mukuru yizihije cangwa bakayibaha aruko bayibasavye,ariko ntarwo ariko vyari bikwiye kugenda nturindire ko hari ikimubako ahubwo Muhe (surprise) bizomwereka ko umwitaho.

3.Aba azi amajambo meza yo kuvuga
Umusore uzi gukunda ico arico aba azi amajambo meza yonyura umukunzi we kandi ibi nibyo abakobwa hafi ya bose baba bifuza,iyo wumva umukunzi wawe,umenya n’amajambo wamubwira akamutera kumwenyura,amajambo womubwira yashavuye hanyuma akaryoherwa ,amajambo womubwira maze akiyumvamo uwundi muntu uhebuje,buri musore wese yarakwiriye kumenya uko akoresha amajambo imbere y’umukunzi wiwe.

4.Ndagukunda ntabwo bihagije
Abasore hafi ya bose bibwira ko gukunda ari kuvyerekana ata kubimubwira,ariko umusore azi gukunda ico arico aba azi neza ko kwereka umukunzi wiwe ko amukunda ari vyiza ariko wonabimubwira bikaba akarusho kuri we,Nimba ukunda umukunzi wawe bimwereke ndetse unabimubwire gurtyo azokwiyumva nk’umunyamahirwe.

5. yishimira umukunzi we
Buri mukobwa wese akunda umusore umwitaho kandi akamuha n’agaciro;nimba aboneka neza ukavyishimira akabibona,nimba yasutse umushatsi ishimire ukuntu yasutse,mbabwije ukuri ko umusore ameze gurtya anezereza umukunzi wiwe,akiyumva ko ari uwundi muntu ahebuje ndeste ko afise agaciro.

6. ahorana udushasha tutiteguriwe. 
Burya ikizokwereka ko umuhungu agukunda kandi ari umuhinga mu rukundo ni uburyo akunda kuzana utuntu dutwenza cane, cane igihe muri kumwe ndetse agakunda kugira udusha nawe ubwawe uri umukobwa ubona ko aba atiteguriye .










VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza