Menya amateka y'imvubu Mathias uzosanga kuri La Costa Beach i Bujumbura. (inkuru yose)

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Niwewe 2019-08-23 02:49:49 @niwewe.com 7258

Kunkengera z'ikiyaga Tanganyika ku murwa mukuru w'igihugu c'uburundi neza na neza kuri Ku busohokero benshi bazi nka La Costa Beach hegeranye n'amazi ya Tanganyika Hadutse imvubu idasanzwe bivugwa ko imaze kuba ifise imico nk'iyabantu. 

Iyi mvubu bene iki kibanza La Costa Beach basanzwe bazwi nka Maman Lacosta na Papa La Costa bataziriye “Mathias " ishobora kuba yogutangaza wumvise ivyo ikora n'ukuntu yitwara.

          Imvubu Mathias ntitinya abantu 

 
*Ngo Imvubu Mathias  hageze mu mwaramo amasaha yokumugoroba ihora isohoka ikava mu mazi ikaja Ku musenyi aho nyene ikaryama yota akazuba abantu bariko baranywa ataco itinya. 


                 Imvubu Mathias irakunda.              akamoto k'inrya abantu barya 


Iyi mvubu Mathias Uzosanga kuri La Costa Beach mu masaha yo Mugatondo harya baba bariko barategura ibiribwa abantu baza gufungura musanzwe muzi ko haba hari burikintu co kurya no kunwa ,rero imvubu Mathias hageze Ayo masaha yo Mugatondo bariko barateka irumva akamoto ikava mu mazi ikegera igikoni Kiba Kiri ku metero hafi 100 uvuye ku mazi ibi navyo biratangaza abantu cane.


                  Imvubu Mathias irakunda 
                               Umuziki 


Mu gihe La Costa Beach hazwi nk'ahantu hakunda kubera ibiteramo mpuza makungu  vy'abaririmvyi bava hivyo n'ino kw'isi, igihe cose Habaye igiteramo imvubu Mathias irasohoka mu mazi idasohotse kunkengera abantu bakayibona hafi mu mazi igenda genda hejuru y'amazi nyene abenshi bakavuga ko iba yaje kwumviriza akaziki. 

Murumva y'uko Mathias itavyorosha aho uzoyisanga kuri La Costa Beach mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura tukabibutsa y'uko hazonabera igiteramo c'abaririmvyi bazoza bava mu Gihugu ca Tanzania bazwi nka Navy Kenzo kw'itariki 03/09/2017.










VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza