Clémentine Kevy yamenye ibanga ku gukorana kwiwe na King Sat-b mu... (Soma Inkuru yose)

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Niwewe 2019-08-24 07:15:31 @niwewe.com 6281

Umuririmvyikazi mushasha aje atavyorosha mu muziki ndundi Yemeye kuva mu gacerere avuga Kuvyerekeye indirimbo nshasha yakoranye n'umuririmvyi rurangiranwa Sat-b.


Ni Mugihe babonetse bari kumwe kwa Yves Kolly muri studio "INGO MUSIC" mu masaha akuze n'aho bagerageje kubihishahisha ntitwaretse kumenya ko indirimbo bakoranye n'umuririmvyi Sat-b 


Mu bucagucagu bwo kuri uyu munsi wa gatatu itariki 23/08/2017 niho umwe mu bamenyesha makuru b'Ikimenyesha makuru y'imyidagaduro Niwewe yahura na Clémentine Maze aboneraho Kumubaza ivyerekeye iyi ndirimbo bashobora kuba bakoranye na Sat-b Naw arishura Ku kibazo 

Niwewe : amakuru yanyu clémentine Mwotubwira Ku makuru turiko turabona avuga Kuvyerekeye ugukorana kwawe na Sat-b ?? 

Clémentine :amakuru ni meza Twe turashima tumeze neza . Kuvyerekeye ico kibazo ubu nta vyinshi nobabwira Ariko Mwomenya y'uko indirimbo na koranye na Sat-b ihari kandi Vuba niho nzobamenyesha ibikurikira. 

Niwewe : Clémentine ko tuzi ko ubu muri kino gihe bitoroshe gukorana na Sat-b, aho muri uyu mwaka tuzi ko yakoze collabo imwe Gusa na Magic KINGORONGORO we ho Vyagenze gute vyarakoroheye mu gihe tubona ko ariho ugitandura ?? 

Clémentine : Ego nanj novuga ko ari Ubuntu nagiriwe Kuko n'ubu hari igihe ntabitahura ko vyabaye ntavyemera ariko nasanze Sat-b ari umuntu afitiye ikiniga cokubona umuziki ndundi ugera ahantu Nico gituma akunda gukorana n'abagitangura akaba kandi yarambwiye ko akeneye kubona abigeme benshi mu muziki ndundi kandi bo bakuru bacu batagiye baraterera bitokunda .

Niwewe :murakoze Ku nyishu muduhaye Ariko sinogenda ntabajije n'izihe ndirimbo Ugeze ko umaze gusohora ? 

Clémentine :uretse iyo twakoranye na Chriss breezy ubu iyi twakoranye na Sat-b ari iya kabiri nikoranye Kuko mperuka gusohora imwe ndi Jene mu minsi iheze 

Niwewe : Murakoze cané Clémentine mu kiganiro gito tugiranye Tukaba tubateye intege mu bikorwa vyanyu. 


Aho ni Mugihe vy'ukuri umuziki ndundi ubuze abigeme baririmba Biragoye kubona umuririmvyi w'igitsina gore mu muziki ndundi ni Vyiza rero ko mutangura, batangura, dutangura kubatera intege mukwuzuriza imyanya uyu muziki wacu dukeneye twese kwongera kwambika umutamana.










VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza