Iyi niyo ntumbero y’umugambi “Niwacu” Umugambi ugiye kurangurwa n’urwaruka muturere dutandukanye tw’igihugu.

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man Promoter 2019-04-18 07:09:37 @niwewe.com 793

Mugihe bizwi ko uburundi bufise ibibanza vyiratiro ivyo bita ama Sites toulistiques mururimi rw’igifaransa menshi ariko atazwi na bose canke ngo igihugu kiyiteho bikwiye urwaruka rwo mugisagara ca Bujumbura rwahisemwo gutunganya umugambi Bise Niwacu muntumbero yo kwibutsa abarundi ubwiza bwigihugu cacu.


Neza naneza umugambi Niwacu ukaba watunganizwe n’urunani rw’urwaruka ruhurikiye mumashirahamwe amwamwe yo kwiteza imbere, ukaba ari umugambi wo kugendera ivyo bibanza vyiratiro.

André HAKIZIMANA asanzwe arongoye uwo mugambi akaba yatumenyesheje ko muruwo mugambi bazogendera ibibanza vyiratiro 24 mubibaza 126 vyiratiro biri muburundi akatumenyesha kandi ko intumbero nyamukuru arukumenyekanisha ivyo bibanza mumakungu eka mbere no kubenegihugu kuko benshi babayeho batazi ivyo bibanza aha akaba yashoboye gutanga akarorero k’iyo umuntu agize ngo arondere amasanamu y’igihugu c’uburundi kumihora ngurukana bumenyi nka Google niyindi bakwereka amasanamu yakera cane,akavuga ko bagomba ko ubwiza bwuburundi babugaragaza bakoresheje ubuhinga bwa none aho nimugihe n’ayo masanamu yafatwa kera yari amasanamu yafatwa muburyo budakwiye nkuko bagiye kubikora muruyu mugambi bise NIWACU

 

Urwo rugendo rukaba rugiye gutangura kwigenekerezo rya 18.09.2018 rurangire kwigenekerezo rya 23.09.2018 aho avuga ko hatumiwe urwaruka rwose rwipfuza kwifadikanya nabo muruwo mugambi aho bazofata amafoto menshi cane bari murivyo bibanza ndetse bakayatangaza kumbuga ngurukana bumenyi zitandunye, igisabwa kugira wifadikanye nabo hakaba hari ama franga umwe wese ategerezwa gutanga muntumbero yo koroherwa murizo ngendo  zose.

 

André HAKIZIMANA akavuga kandi ko bashoboye no kwegera abaririmvyi babarundi kugira bazoshobore gukorana izo ngendo mugihe avuga ko abaririmvyi bafise iuruhara runini mukumenyekanisha ibintu,akabandanya avuga ko babatumiye nkabose kugira uwo mugambi ugire inguvu gusumba.

 

Bimwe mubibanza bategekanya kugendera muruwo mugambi:















VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza