Bamwe bavyita “Ibisanga" abandi bakavyita “Akamuna”, Ateguye Gukoreraho igiteramo none Barahugaye!

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man Promoter 2019-06-15 22:05:01 @niwewe.com 550

Hari mumasaha yigitondo aho umuririmvyi Sat-B yazindutse atangaza ko agiye kubandaniriza  No Love Tour Ngaha mugisagara ca Bujumbura neza naneza kukabare bita One People Bar inyuma yo kuzunguruka intara nka Bubanza,Ngozi na Gitega.

 

Inyuma Yo gutangaza affiche yico giteramo cobaye kwigenekerezo rya 22.09.2018 haciye hagaragara itangazo rivuye muri Ministere de l’interieur de la formation patriotique et du developpement local, ryo kugara ako kabare One People, iryo kete rikaba ryatumye abantu barwa mugahundwe mugihe abatari bake bari bamaze kwitegurira gusubira gusangira umunezero n’umuririmvyi Sat-B murico kibanza, Mwomenya ko ico kibanza cari kimwe mubibaza vyari bimaze gukorerwamwo ibiteramo bitandukanye kuva bitanguye gukorerwa kumugaragaro.

 

Aha umuntu agashobora kwibaza ati mbega ico kibanza coba cugawe kumpamvu iyihe?

Mbega Sat-B we yoba agiye kubigenza gute?

 

Ivyo bibazo hamwe nibindi nivyo tubandanya tubatohoreza…









VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza