Ama managements muburundi akomeza kuboneka nkaho ataco yungura kubaririmvyi.

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man Promoter 2019-08-24 06:35:16 @niwewe.com 551

Ntamyaka myinshi iheze dutanguye kumva ivy'ama managements ngaha muburundi aho twagiye turumva abaririmvyi batandukanye bamenyesha ko binjiye mubufasha kanaka aho nukuvuga Managements.

Uyu musi tukaba twashimye kugaruka kuma managements nka Ikoh Multiservice, Treibeka music group, Light Entertainment na Trust no body; Ayo yose akaba yaje nkama Label ubona ko afise inguvu zidasanzwe ariko munyuma bikaza kurangira bimeze nabi hagati yabo naba manageurs babo aho abatari bake bagiye baridoga bikomeye,Izo managements zose zikaba zagiye ziridogerwa nabaririmvyi kuko bagiye basohorerwa indirimbo mukinyegero aha twovuga nka Double jay muri Ikoh multiservise, B-face na Rally joe muri TMG, Sat-B muri Lec ndetse na kingorongoro muri Trust no body; Uyu we akaba aheruka kubitangaza kumusi wejo ko atakirikumwe na management yiwe ya Trust no body iyo nayo akaba ayagiriza kudakurikiza amasezerano basinyaniye.

Umuntu yihweje uko ayo ma label yose yagiye arakora bikaba biboneka ko hari agahaze hagati yabaritimvyi n'ubwo bufasha bwabo, abaririmvyi bagakomeza kuvuga ko batabona ico bariko babungura ahubwo babasubiza inyuma mwiterambere ryabo baba bagezeko, aha abatari bake bakavuga ko kuja muri management ari vyiza ariko mugihe ufise ico uhungukira mubikorwa vyawe.










VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza