Miss Erica aramenyesha umwana ko Se ariwe SAL-G agiye kuboneka vuba cane(Soma Aya Majambo).

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man Promoter 2019-12-12 10:20:09 @niwewe.com 1475

Abicishije kuri Statut Ya Watsapp yise yanditse amajambo adasanzwe ayerekeza kumwana wiwe, Amajambo yerekana ko afise icizere kidasanzwe ko umugabo wiwe akongera akaba Se wumwana agiye kugaruka vuba.

Mugihe abaririmvyi batandukanye bari murugamba rudasanzwe rwo kwegeranya uburyo bwo kurondera Sal-G biciye mugukora ibiteramo umuririmvyikazi Miss Erica yerekanye ko afise icizere n’ishaka ryo kubona umuririmvyi Sal-G akongera akaba umugabo wiwe banavyaranye umwana, Urukundo rwabo rukaba rwagiye kumera nkuruhungabanye mugihe umuririmvyi Sal-G yahura n’ibibazo mugufatwa n’indwara yo mumutwe.

 

Mwomenya ko uwo muririmvyi yahavuye azimirira mugihugu ca Tanzania iyo yararamutse agiye kuvurizwa araheza aratoroka barabura iyo yazimanganiye,m Miss Erica bikaboneka ko amurindiranye igishika kidasanzwe ndetse akizeza n’umwana ko vuba agiye gusubira kubona se wiwe.









VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza