Akomeje kwibazwako vyinshi inyuma yo kwerekana ivyo amaze gukora n'ivyo yimirije gukora.

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man promoter 2019-04-18 03:36:45 @niwewe.com 485

Aha abatari bake bakomeje kwibaza bati mbega uyu musore vyukuri ninde? bati mbega ibikorwa vyiwe vyagenze gute kugira ntibigaragare cane narirya ubona ko aribikorwa umuntu wese yokwishimira.


Bamwe bagakomeza kuvuga ko Bamenyereye umuririmvyi yiwa GN ndetse akangerako LFLS bisigura Like Father Like Son uwo nawe akaba yamenyekanye mundirimbo zo guhayagiza Imana(Gospel Music)


Umuririmvyi GN Nephew akaba ari mubaririmvyi babarundi bakora umuziki bari mumakungu,akaba aba muri Reta nzunzubumwe za america,numwe mubarundi bamaze gukora ibitari bike mumuziki,n'umuririmvyi ubona ko agerageza kwisunga iterambere ry'igihugu asanzwe abamwo, akaba amaze gukora indirimbo zitarinke hamwe n'masanamu ubona ari kurwego mpuza makungu.

 Ifoto y'umuririmvyi GN Nephew


Inyuma yaho ashiriye kumugaragaro Amwe mumafoto ari mundirimbo yise Never avuga ko agiye kuyisohora muruku kwezi kwa 11 uyumwaka nyene wa 2018,abatari bake bakomeje kumwibazako vyinshi mugihe bavuga ko basa nabariko batangazwa nibikora vyuwo musore.

 Indirimbo Never agiye gusohora itariki yambere yakuno kwezi kwa 11


GN Nephew akavuga ko ibikorwa birimbere kandi agiye gutangaza abatari bake,aha agasaba kumukurikirana kumbuga ngurukanabumenyi ziwe nka Facebook,Twiter na Instagram kwizina rya @GNnephew kugira mwamane nawe mubikorwa vyamateka agiye kuza arabaha no muntumbero yo gushigikira no gutezimbere umuziki ndundi.


Raba amasanamu yindimbo Controla by GN Nephew ft Young Spit











VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza