Kook-K na Thity Love,abantu bakomeza kwibaza nimba boba baraye baguze imodoka canke nimba yoba ari amafoto bisanzwe(Menya ukuri)

#Amakuru #Technology #Business #Entertainment

by Did-man promoter 2019-10-21 19:36:07 @niwewe.com 867

Mugihe umuririmvyi Kook-k hamwe n'umufasha wiwe Thity Love bari basanzwe bari mugacerere kadasanzwe mumuziki,aho ni mugihe abakunzi babo baririmvyi bakomeza kwibaza ko boba barahagaritse kuririmba ariko bikaboneka ko Thity Love we bishika agakora indirimbo mugabo bikamugora kuyikurikirana ngo atange n'ibiganira.

Kumusi wejo bakaba baraye bashize ahabona amafoto yerekana bari mumidoka aho vyakomeje kuvurwa ndetse biranemezwa ubwabo ko iyo Modoka ari iyabo, ibi bikaba vyerekana ko umuririmvyi KOOK-K agacerere yarimwo kagize ico kavamwo,aho nimugihe higeze no guhera ikiringo c'imyaka ishika ibiri uwo muririmvyi ari mukibaza kitigeze kimenyekana, kuva icogihe uwo miririmvyi hakaba hatarigera humvikana indirimbo yiwe.



Abatari bake bagakomeza kubakeza kumodoka baraye baronse kimwe muvyumukunzi w'umuziki ndundi yipfuza kubona umuririmvyi wumurundi afise imodoka ndiza ndetse akanagira n'inzu nziza.










VIDEO

Sponsored Content

Tip! #RW

Anitha NZOMUKUNDA and we others @ MadeInBurundi.biz offering Web Hosting, VPS, Domain Name, Premium SEO, link building, web development and AdWords.  Learn more about our services .

Ibitekerezo



Tanga Ibitekerezo

AMAZINA
E-MAIL
ANDIKA ICYO UTEKEREZA KURI IYI NKURU

ADVERTS




ADVERTS







Wangu
by Natacha ft Sheebah
Gerageza
by Natacha
Wale Wale
by Swagg Team +257
Me wife
by Mt number one ft. Masterland

ADS
Submit your post
Share your story, share your art, inspire people!
Charlie Murphy Made His Own Name Thanks to Epic Prince & Rick James Stories on 'Chappelle's Show'
It's never easy to live in the shadow of your little brother -- especially if you choose the same profession as his and he happens to be one of the most lauded stand-up comedians in history, not to mention a superstar film actor. But Charlie Murphy -- who died at age 57 on Wednesday (April 12) following a battle with leukemia -- found a way to blaze his own path in comedy, one that was distinctly different from that of his brother, legendary comedian Eddie Murphy.
POPULAR NEWS


FACEBOOK

TWITTER


LIVE



Kwamamaza